15.8 C
Bujumbura
Monday, February 24, 2020
Tags Politics

Tag: politics

N’iki Nkurunziza asaba uwuzomusubirira mu mwaka wa 2020?

Benshi baracibaza ko gushika ubu Petero Nkurunziza azokwitoza mu matora ya 2020 kugira asubire gutwara Uburundi iyindi myaka 7 gushika mu mwaka wa 2027. Biravugwa...

Leta y’Uburundi yamirira kure ivyagirizi vya Donald Trump ku Burundi

Leta y'Uburundi yamirira kure ivyagirizi vya Donald Trump ku  gihugu c'UBurundi ko 'giteye akaga ku mutekanao na politike vya Leta Zunze Ubumwe za Amerika'. Ivyo...

Rwasa Agathon abona ko Gitega itari bwagere kuba umurwa mukuru wa politike

Rwasa Agathon abona ko intara ya Gitega itari bwagere kuba umurwa mukuru wa politike w'igihugu c'Uburundi kubera hari ivyo ico gisagara kidakwije. Bica bigaragara ko...

Twokwitega umukandida wa CNDD-FDD muri Nzero 2020?

Amakuru  ariko akwiragira ku mbuga ngurukana bumenyi ariko amenyeshako umugambwe CNDD-FDD ushobora kumenyesha umukandida wawo mu kwezi kuza kwa mbere 2020. Uyo mukandida wa CNDD-FDD...

Igihugu c’Urwanda cagurishije ikibuga c’indege kugira kigure ibidege vy’intambara

Biriko biravugwa cane mu binyamakuru bitandukanye vyo mu gihugu c'Ubuganda ko igihugu c'Urwanda cagurishije ikibuga c'indege mu kugura ibidege vy'intambara biva mu bihugu vy'Uburusiya...

‘Imana yatoye Petero Nkurunziza ngo abandanye atwara Uburundi’, Priscille Mwidogo

'Imana yatoye Petero Nkurunziza ngo abandanye atwara Uburundi', ayo majambo yamenyeshejwe n'umukenguzamateka yitwa Priscille Mwidogo aho yari mu nama ya CIRGL ku musi wa...

Ubushikiranganji bw’Umutekano buriyamiriza ibinyamakuru vy’ikinyoma nka IYAKURE TV

Ubushikiranganji bw'Umutekano buriyamiriza ibinyamakuru vy'ikinyoma nka IYAKURE TV hamwe n'ibindi bifise intumbero yo gucanishamwo Abarundi muri kino gihe Uburundi bwimirije amatora. Mu rwandiko rwashizwe ahabona...

Donald Trump nubu ‘abona ko Uburundi bukiri mu bihe bidasanzwe’

Umukuru w'igihugu ca Leta Zinze Ubuwe za Amerika, Donald Trump, nubu aracabona ko Uburundi buri mu bihe bidasanzwe kubera 'imimerere idasanzwe yigaragaza mu Burundi'. Ku...

Most Read

Urunani Kira-Burundi narwo rwavutse ku bw’amatora yo muri Rusama 2020

Urunani rushasha rw'abatavuga rumwe na leta y'Uburundi, Kira-Burundi, rwavutse kugira ruzoje mu matora y'umukuru w'igihugu yitezwe kuba muri uyu mwaka wa 2020 muri Rusama...

Leta yadugije igiciro c’ikawa

Ico giciro cavuye kuri 500 Fbu kija kuri 550 Fbu ku kawa y’akanovera kambere bita cerise A, ku kanovera kari musi y’iyo kawa bita...

Fabien Banciryanino: ‘Intwari’ ihangana na CNDD-FDD?

Umushingamateka yatowe mu runani Amizero y'Abarundi, Fabien Banciryanino, benshi bita 'Intwari canke 'hero' mu gifaransa, yasubiye gusemerera yiyamiriza ingingo zifatwa n'umugambwe uri ku butegetsi. Mu...

Abashaka kwitoza mu kibanza c’umukuru w’igihugu bageze kuri 14

Abashaka kwitoza mu kibanza c'umukuru w'igihugu mu matora azoba ku wa 20 Rusama 2020 mu gihugu c'Uburundi bageze kuri 14. Mu bahiganwa bose bavuga...