UBM News ads

Sultan Makenga yoba atakiri muzima ? M23 yaraye ibuze indongozi 8 zikomeye

Kibasumba Beauty Online Store UBM News ads

Burya urukurukuru niyo nkuru, abenshi bararindiriye ko Sultan Makenga ava iyo yinyegeje nkifuku kugira ngo ahumurize abanyarwanda.


Inyuma y’igitero c’indege zitagira abapilote ( Drones ) cabereye i Rubaya kigahitana zimwe mu ndongozi zo hejuru cane zo muri M23 , Ivyoba vyashikiye Sultani Makenga, umukuru w’igisirikare c’umuhari w’iterabwoba wa M23, biracagizwe ibanga , nubwo bizwi cane ko yahakomerekeye bimwe bidasanzwe . Bamwe bati M23 ntishaka guca ivutu abanywanyi bayo, bityo ivyoshikira indongozi zabo ngo ntibopfa kubitangaza.

UBM News tubibutse ko Lt Col Ngoma yishwe arikumwe n’abandi bantu n’imiburiburi umunani .

RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments