22.2 C
Bujumbura
Friday, April 3, 2020
Tags Politics

Tag: politics

CENI ‘yasokoye’ abakandida bane mu matora y’umukuru w’igihugu

Umugwi ujejwe gutegura amatora mu Burundi uhejeje 'gusokora' abakandida bane mu kibanza co guhiganirwa kuba umukuru w'igihugu mu kwezi kwa gatanu 2020. Nk'uko bishirwa ahabona,...

Abakandida 10 nibo biteguriye guhiganwa mu kibanza c’umukuru w’igihugu

Gushika ejo ku musi wa kane itariki 5 niho ikiringo cari catanzwe na CENI kugira abitoza bose mu kibanza c'umukuru w'igihugu babe bashikanye ibibaranag...

Bamwe batanguye ‘gusokora’ mu matora ya Rusama 2020

Amakuru ashirwa ahabona na Radiyo Isanganiro  amanysha ko bamwe bamwe batanguye gusokora canke kwivana mu matora yitezwe mu kwezi kwa Rusama 2020 y'umukuru w'igihugu. Umugambwe...

Domitien Ndayizeye nawe yagiye mu bahiganirwa intebe y’umukuru w’igihugu

Uwahoze atwara Uburundi imbere y'uko CNDD-FDD ifata ubutegetsi, Domitien Ndayizeye, yemejwe ku mugaragaro ko agiye guserukira Urunani rw'imigambwe Kira-Burundi mu matora ya Rusama 2020. Domitien...

Fabien Banciryanino: ‘Intwari’ ihangana na CNDD-FDD?

Umushingamateka yatowe mu runani Amizero y'Abarundi, Fabien Banciryanino, benshi bita 'Intwari canke 'hero' mu gifaransa, yasubiye gusemerera yiyamiriza ingingo zifatwa n'umugambwe uri ku butegetsi. Mu...

Abashaka kwitoza mu kibanza c’umukuru w’igihugu bageze kuri 14

Abashaka kwitoza mu kibanza c'umukuru w'igihugu mu matora azoba ku wa 20 Rusama 2020 mu gihugu c'Uburundi bageze kuri 14. Mu bahiganwa bose bavuga...

Abahoze muri CNDD-FDD nubu bankiwe kwinjira mu gihugu

Abahoze mu mugambwe uri ku butegsi CNDD-FDD nubu bankiwe kwinjira mu Burundi kugira bitabe amatora ya 2020. Amakuru ashirwa ahabona amenyesha ko abahoze muri CNDD-FDD...

Umugambwe CNL watoye Rwasa Agathon azowuserukire mu matora

Umugambwe urongowe na Agathon Rwasa washize imbere nyene Agathon rwasa ngo azowuserukire mu matro ya 2020 mu kwezi twimirije kwa Rusama. Umukeba wiwe ariwe Evariste...

Most Read

#COVID-19: ‘Gushira Imana imbere’ mu kurwanya Coronavirus vyoba bihagije?

Mw'itangazo leta y'Uburundi yaraye ishize ahabona yasavye Abarundi kutagira bwoba cane kubera Coronavirus. Leta kandi ibandanya isaba Abarundi kubandanya  'basaba Imana' ko yoiafasha gutsinda uwo...

#COVID-19: Leta y’Uburundi iremesha Abarundi ‘kudatekerwa n’Ubwoba’

Inyuma yaho Uburundi nabwo bugiriye ku rutonde n'ibindi bihugu vyafahswe n'umugera uriko utikiza inganda ariwo Coronavirus wataziriwe COVID-19, leta y'Uburundi yaraya isavye Abarundi kudatwarwa...

Ubushikiranganji bw’amagara y’abantu busaba abarundi kubandanya imirimo yabo

Mw’itangazo umushikiranganji w’amagara y’abantu no kurwanya SIDA, muganga Thaddée Ndikumana, yasavye abarundi kutagira ubwoba. Akavuga ko uwutowe iyo ngwara adaca yitaba Imana ko ibice...

Ibibazo ni vyinshi kuva aho hatorewe abagwayi babiri ba coronavirus mu gisagara ca Bujumbura

Ivyo bikaba vyamenyeshejwe n’umushikiranganji w’amagara y’abantu no kugwanya ikiza SIDA, Muganga Thaddée Ndikumana, kur’uyu wa kabiri, isaha cumi na zibiri z’umugoroba zirenga. Muganga Thaddeé...