22.2 C
Bujumbura
Tuesday, August 4, 2020
Tags Politics

Tag: politics

Amatora2020: Abakandida benshi cane baherekeza umwe…

Mu matora yo mu kwezi kwa Rusama 2020, haritezwe cane abakandida benshi cane bazohiganirwa ikibanza c'umukuru w'igihugu, ariko abihweza ibintu n'ibindi, barabona ko abo...

Imyaka 2 n’amezi 6 niyo yaciriwe abanyamakuru ba Iwacu

Abamenyeshamakuru b'Ikinyamakuru Iwacu baraye baciriwe imyaka ishika kuri ibiri hamwe n'amezi atandatu yo gufungwa inyuma yo kwagirizwa ko 'bashatse guhungabanya umutekanao w'igihugu'. Abo banyamakuru ba...

Ni igiki twokwitega kuri Evariste Ndayishimiye aramutse atwaye Uburundi?

Abantu batari bake bariko baribaza nimba Evariste Ndayishimiye aramutse atwaye Uburundi ko hari icohinduka mu bijaye n'iterambere ry'Uburundi hamwe no mu migenderanire n'ayandi makungu. Evariste...

Nahimana Dieudonne azokwitoza ku gite ciwe mu matora y’umukuru w’igihugu ni nde?

Umurundi umwe yaraye ashize ahabona ko agiye kwitoza mu kibanza c'umukuru w'igihugu ku giti ciwe kandi yigenga. Akaba abaye uwa mbere yigenga avuze ko...

Umwihwezo ku bakandida babiri biyumvirwa ba CNDD-FDD

Ikinyamakuru canyu UBM News kimaze imisi kiberegaraniriza amakuru atandukanye ku bijanye n'abashobora gushirwa imbere kuzoserukira umugambwe CNDD-FDD mu matora yo muri uyu mwaka wa...

Ibomborabombora mu bahoze muri CNDD-FDD

Muri iyi misi hariko hibonekeza ibomborabombora mu bahoze mu mugambwe CNDD-FDD, bamwe bakagaragaza ko bipfuza gusubira mu 'ruhongore' abandi bagatanguza iyindi migambwe. Inyuma yaho Leonidas...

Igihugu c’Urwanda naco kimenyesha ko Uburundi bwateye Urwanda

Igihugu c'Urwanda naco kimenyesha ko Uburundi bwateye Urwanda naho umukuru w'Uburundi, Petero Nkurunziza yamenyesheje ko yemeje ko igihigu c'Urwanda cateye Uburundi mu burengero bw'Uburunduri...

‘Ico CNDD-FDD yafashije Abarundi ni ugusenga gusa’, Leonce Ngendakumana

Umukandida wa Sahwanya FRODBU yashizwe imbere mu matora yo muri uyu mwaka wa 2020, leonce Ngendakumana, yamenysheje ayo makuru ko umugambwe uri ku butegetsi,...

Most Read

Ihiganwa rya Miss Kugasaka ryateye impari

Inyuma yaho hahaze imyaka myinshi itatu atahiganwa ryabakobwa beza ribaye, intara ya Ngozi yaraye itunganije iryo higanwa kur’uyu wa gatandatu. Abantu benshi bakaba baraje...

Reta Nkozi: Umupolisi yirukanywe mu kazi kubera uguharika

Nk'uko bimaze imisi vyibonekza muri reta nshasha y'Uburundi irongowe na Varistio Ndayishimiye, hariko hirukanwa mu buzi abitwa ko 'bacafuza reta y'Uburundi'. Kuva havuzwe inkuru yo...

Leta Nkozi irabandanya gufata abagizi banabi

Abantu bane barafashwe kur’uyu wa gatatu mwijoro bagirizwa kudandaza urumogi. Murabo harimwo abasirikare babiri baba caporal-chef, bakaba bafatiwe muri zone Buterere. Bakaba bari bafise...

‘Reta Mvyeyi’ na ‘Reta Nkozi’ ni iki?

Mu majambo yaranze cane imigambi y'umukuru w'igihugu c'Uburundi, haravuzwe cane amajambo nka 'Samuragwa', 'Sogokuru', 'tuzogahinyura' n'ayandi. Ariko rero, hari amajambo benshi bacibaza ico asobanura yazananye...
error: Content is protected !!