UBM News ads

CNDD-FDD yoba yananiwe kugeza igihugu kwiterambere riboneka?

Kibasumba Beauty Online Store UBM News ads

Abategetsi bacu hari igihe mutwarwa n’ibigumbagumba kurenza. Kuva umugambwe CNDD-FDD utangura gutwara nta mwaka nta munsi ubutare butimbwa ariko ico abantu basaba si amafoto basaba ko nabo bashikirwe.

Harakenewe vyankenerwa :
. Imiti
.Ibitoro
.Amahera mva makungu
.Abana baronke ibitabu, intebe
. Abakozi baronke akarusho
. Ibiciro bigabanuke

kubucukura ni kimwe ariko kandi amahera avuyemwo agakoreshwa neza, ntibizogusaba foto ko umwe wese azoba abiboba.

Kuva ku muntu muto gushika kuri mukuru basaba ko hajamwo umuco gusa ejo tutumva gi basanze ari ibivu gusa nk’uko na Terre rare vyagenze.

Imyaka hafi itanu irenga uri kubutegetsi amajambo yabaye menshi ibikorwa biba bike,erekana ibikorwa amajambo warakoze kutuyagira ubu naho twereke ibikorwa vyavuye mukutuyagira.

RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments