UBM News ads

Kuki ibihangange muri CNDD-FDD bapfa ariko atawumenya imvo z’impfu zabo canke ngo hamenyekane ababishe?

Kibasumba Beauty Online Store UBM News ads

Izina Adolphe mu myaka iheze ryari izina ritinyitse hafi gusumba niry’umukuru w’igihugu.wa wundi ngo agapfuye kabazwa ivu ,ntiyabeshe. ADOLPHE inyuma yo gupfa agandaguwe, umukuru w’igihugu wico gihe Yari yamenyesheje ko amatohoza inyuma yindwi azoba yerekanye abamwishe kandi bagafatwa bagaciribwa imanza.

Bibe mbone. Gushika iyi Saha , Adolphe ntawuramenya abamwishe ibihari ni ibihuha vyonyene, imyaka 11 irarangiye ashengeye ariko leta ya CNDD-FDD wogira ifise impamvu itigera igira amatohoza ahera ahubwo bararaba uwo babitako bikaba biraheze.

Ariko nabo babitako kuki bagaciribwa imanza hama zigahera abarundi n’umuryango wa Adolphe wa maraso bakamenya impamvu zitumye uwabo agandagurwa.

Leta ifise ububasha bwose ,inguvu zose z’amategeko,z’ububasha n’indi zose Hama abantu bapfa cane cane badasanzwe iwabo bikamenyekana.

Igitangaje wogira leta irwana nuko ukuri kutaja ahabona. Umuntu yibaza kuki CNDD-FDD n’intwaro yayo itigera ishaka ko ukuri kumenyekana ? Ifise inyungu iyihe ? Uko biri uko bapfa Bose Niko baguma bashiranako insaku harakenewe ko barengera ibibatandukanya hama ukuri kukuja ahabona abahanwa bagahanwa ab

RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments