-
Nk’uko bizwi mu Ruyigi mu ntara ya kera hariyo ikigo kinini citwa Maison shalom. Umupfasoni Maggy (Maragarita BARANKITSE) niwe yagiserukira imbere ya mategeko. CNDD FDD ikiri mw’ishamba yarafasha mu kuvura inkomere. Eka yarafasha abana bimpfuvyi bantahonikora.
Igihe c’ikirongo ca gatatu ca Nkurunziza Maggy ari mubatashigikiye ikiringo ca gatatu. Ubutegetsi bwo bamwagiriza gufasha gufungurira abana bari mu myiyerekano yico kiringo .Imbere yaho NKURUNZIZA Yari akadasohoka na Maggy.Mu nyuma yaho Maragarita BARANKITSE yaranyazwe urukomba mazi vyose ibindi bija muri leta .Yarahunze aja mu gihugu c’urwanda aho yabandanije ibikorwa vyiwe. Mu bimenyeshamakuru aremeza ko yagiye kuraba Nkurunziza amashiriye iyo midari yamwanditseko anongera ahasiga n’igitabo c’inzira aho kwica arorera. Agatima kiwe ntikamwemerera kwama mu kinyoma. Mu bantu uwari umugenzi ejo ni umwansi uyu munsi
Leta harageze ko iraba abana buburundi botaha bakicarana bakubaka uburundi.
Ku ruhande rwa leta ya Gitega ibicishije Ku muserukizi w’uburundi muri Ethiopiya Willy Nyamitwe yise uwo mukenyezi Maragarita ko ari umubeshi nk’uko ahema ko amajambo yose avuga ari Ayo ariko afondafonda






Recent Comments