UBM News ads

ARENA YA basketball,ikibuga c’akarorero mu burundi

Kibasumba Beauty Online Store UBM News ads

Iyindi ntambwe ku gihugu:ARENA ya Basketball nziza y’akarorero igiye kwubakwa mu Burundi nkuko vyemezwa n’umushikiranganji muvyo ajejwe harimwo inkino Lydia Nsekera.

Iyi n’intambwe yindi ku gihugu umuntu atonegura kubona uburundi bwiyubakira ibibuga bibereye ijisho.

Umushikiranganji muvyo ajejwe harimwo inkino Lydia Nsekera yaraye amenyesheje ko mu burundi hagiye kwubakwe ikibuga c’akarorero gisakaye(ARENA YA basketball)mbere n’amafranga azokora hakaba hamaze kuboneka imiriyaridi 5 kuri 30 zisabwa.

Ico kibuga kikaba kigiye kwubakwa mu gisagara ca Bujumbura inyuma yahari ikibuga intwari ahahoze ishengero shemeza worship Temple.

Iki kibuga kizoshobora gukinirwamwo inkino za basketball na handball.iki n’igikorwa ciza kubona igihugu gishobora kwiyubakira ibibuga bibereye ijiisho.

Stade intwari nayo imaze imisi itanguye kwakira inkino ikaba yubatswe n’igihugu c’uburundi ubwaco.

RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments