President wa leta zunze ubumwe za America " Donald Trump " mwaka gatondo avyukanye ishavu ridasanzwe aho yidogera ibihugu bigize NATO .
Donald Trump...
Leta y'urwanda ntitevye gusubiza Tshisekedi:"Nimba Tshisekedi ashaka amahoro nasenye umuhari w'inkorabara FDLR awirukane mu ngabo ziwe nkuko amasezerano ya Washington abivuga",bivurwa na Olivier Nduhungirehe...
Papa General,burya Abarundi turacibuka ivyo watubwiye kubijanye na Uvira,ko binjiriye Uvira nawe uzoca mu Kirundo ugashika Kigali!! Karya kari akarimi gusa? Namba karya kari...
Umuryango w’Afrika y’ubuseruko, intambara yo mubuseruko bwa Congo yarabacanishijemwo. Naho biboneka ko ari u Rwanda na Congo bahanganye ariko ku mpande zose bafise ababashigikiye....
Hari umugambi ugayitse uri gutegurwa wo kugandagura umushingamateka Agathon Rwasa nkuko muri iki gitondo yasimbutse umutego ukomeye abashatse kumwica basanze atari mu modoka yahora...