22.2 C
Bujumbura
Wednesday, August 5, 2020
Tags Politics

Tag: politics

Rwasa Agathon agabisha CENI ku busuma bw’amatora buriko burategurwa

Umukuru w'umugambwe CNL mu Burundi utavuga rumwe na leta ya CNDD-FDD, Agathon Rwasa, yaranditse urwandiko rwagiye ahabona avuga ubusuma bw'amatora buriko burategurwa kandi bugakorwa...

Imyiyamamazo irabandanya naho abandura COVID-19 babandanya biyongera mu Burundi

Imyiyamamazo irabandanya naho abandura COVID-19 babandanya biyongera mu gihugu c'Uburundi. Abahanganye bikomye ni Evariste Ndayishimiye batazira 'Samuragwa' hamwe na Agathon Rwasa ahabwa amahirwe ko ashobora...

Paul Kagame yagiriza Uburundi kurungika abasirikare muri Kongo

Igihugu c'Urwanda cagiriza igihugu c'Uburundi kurungika abasirikare muri Kongo. Ivyo vyashikirijwe n'umukuru w'igihugu c'Urwanda, Paul Kagame nk'uko yasubiwemwo n'ibinyamakuru vyo mu gihugu c'Urwanda. Paul Kagame...

Sud-Kivu ivuga ko Abasirikare b’Uburundi babandanya ‘bisukira mu buseruko bwa Kongo’

Abategetsi bo mu ntara ya Sud Kivu mu gihugu kibanyi n'Uburundi, Congo, bamenyesheje ko abasirikare bava mu gihugu c'Uburundi hamwe no mu Rwanda babandanya...

Inama ya EAC yo kurabira hamwe ikiza ca Coronavirus yigijwe inyuma

Inama y'Abakuru b' Ibihugu bihurikiye mu muryango wa Afrika y'Ubuserruko, EAC, yo kurabira hamwe ikiza ca Coronavirus yigijwe inyuma kw'isango ritamenyeshejwe. Iyo nama yari kwitabwa...

CENI ‘yasokoye’ abakandida bane mu matora y’umukuru w’igihugu

Umugwi ujejwe gutegura amatora mu Burundi uhejeje 'gusokora' abakandida bane mu kibanza co guhiganirwa kuba umukuru w'igihugu mu kwezi kwa gatanu 2020. Nk'uko bishirwa ahabona,...

Abakandida 10 nibo biteguriye guhiganwa mu kibanza c’umukuru w’igihugu

Gushika ejo ku musi wa kane itariki 5 niho ikiringo cari catanzwe na CENI kugira abitoza bose mu kibanza c'umukuru w'igihugu babe bashikanye ibibaranag...

Bamwe batanguye ‘gusokora’ mu matora ya Rusama 2020

Amakuru ashirwa ahabona na Radiyo Isanganiro  amanysha ko bamwe bamwe batanguye gusokora canke kwivana mu matora yitezwe mu kwezi kwa Rusama 2020 y'umukuru w'igihugu. Umugambwe...

Most Read

Reta y’i Gitega yoba yagarukanye imigenderanire myiza na OMS Burundi?

Reta y'i Gitega yoba yagarukanye imigenderanire myiza na OMS Burundi? ico ni ikibazo bamwe bawe bariko baribaza baravye uko Ishirahamwe Mpuzamakungu ry'amagara y'abantu ruriko...

Abarundi bashika 350 bo mwikambi y’i Mahama barasavye gutahuka

Mw’ikete abo barundi bahungiye mu gihugu c’Urwanda mu mwaka wa 2015 bandikiye umukuru w’igihugu mushasha, Evariste Ndayishimiye, bamusaba ko yobakira mu gihugu cabo camavukiro....

Ihiganwa rya Miss Kugasaka ryateye impari

Inyuma yaho hahaze imyaka myinshi itatu atahiganwa ryabakobwa beza ribaye, intara ya Ngozi yaraye itunganije iryo higanwa kur’uyu wa gatandatu. Abantu benshi bakaba baraje...

Reta Nkozi: Umupolisi yirukanywe mu kazi kubera uguharika

Nk'uko bimaze imisi vyibonekza muri reta nshasha y'Uburundi irongowe na Varistio Ndayishimiye, hariko hirukanwa mu buzi abitwa ko 'bacafuza reta y'Uburundi'. Kuva havuzwe inkuru yo...
error: Content is protected !!