LUyu nubwo aba CNDD-FDD bamugirira inzigo nyinshi kubera abarunguruka mu bwonko,niwe mugabo abantu bose babonamwo urukiza rw’Igihugu cacu!
Ngabo batanguye kubaha ibiro 16 vya Angeri ku murimyi,ariko kwemenga ko bananiwe n’Igihugu biri kure nk’ukwezi. Mbe ibiro 16 bizotabira umurima ungana gute? Inzara izura inzara igira yinjire mu Gihugu vuba kubera ubube gito bw’Aba DD.

Ivyo vyitwazo muhenda Abarundi ngo Angeri yabuze kubera ingwano ya Iran na Amerika muzobibeshe abo mwagize ibihweba vyanyu!! Kuko izo nzira ntizicamwo ibiza mu Burundi gusa! muraka kanya tuvugana ZIRANOTSE hariya i Dodoma muri Tanzania yaramaze gukwiza Angeri yose Tanzania ikeneye,Umusesekara ariko awushora muri Uganda na Malawi.
Ibaze impamvu atayizana ngaho mu Burundi,si kubera muca mumuheranira mugashaka ko abaha ivya gusa kubera mwabisizemwo politique z’Uburofa!!





Recent Comments