Umutegetsi mu biro vy’umukuru w’igihugu yatanze imihoho…

0

Umutegetsi mu biro vy’umukuru w’igihugu, Elie Ntihagowumwe, yatanze imihoho, akaba avuga ko yahohotewe birenze maze abona kwegura mu mabanga yiwe.

Mu rwandiko rwashizwe ahabona nawe nyene, uwo Elie Ntihagowumwe yamanyesheje Nomero imwe w’Uburundi, Petero Nkurunziza ko yabandanije abangamiwe nabadashaka ko ateza imbere Uburundi.

Elie Ntihagowumwe avugwa ko yahora akora mu Bureau bijewe gusuzuma ivyigwa mu biro vy’umukuru w’igihugu.

Ntihagowumwe kandi akaba kandi yakora mu biro vya BBS ahoyakombowe muri ayo mabanga mu mwaka wa 2019 muri Munyonyo.

Soma ngaha urwaandiko yashize ahabona uyo Elie Ntihagowumwe: