22.2 C
Bujumbura
Friday, April 3, 2020
Tags Politics

Tag: politics

Ibiganiro bihuza abarundi biza vyatanguye

Ibiganiro bihuza abarundi vyatanguye kuri uno wa mbere igenekerezo rya 28 Kigarama 2015,i Entebbe hafi y’umurwa mukuru w ‘Ubuganda Kampala. Ibirori vyo kwugurura ibiganiro vyitabwe...

Umugambwe MSD wasavye ibintu 3 Petero Nkurunziza

Umugambwe MSD wasohoye urwandiko rugizwe ahanini n’ingingo zitatu zotuma igihugu gisubira kuba mumahoro n’umutekano kuri bose. Francois Nyamoya '' umunyamabanga mukuru w'umugambwe MSD Ubicishije kumunyamabanga mukuru...

Filipo Nzobonariba: Abasirikare ba UA binjijiye ata ruhusha bazoba baje gutanguza intambara mu Burundi

Inteko mpuzamakungu ngo zizoba zifatanije n'abariko baradurumbanya Uburundi, ataruko ngo bari bakwiye kuja mu makambi y'impunzi mu Rwanda aho abadurumbanya Igihugu bimenyerereza. Umunyamabanga mukuru wa...

Abarundi baba muri America bibutse ababo mukwerekana umubabaro bafise wibiriko biraba mu Burundi

Bamwe mu barundi baba muri Leta zunze ubumwe z'Amerika bahuriye imbere y'ingoro ya Perezida wa Amerika, mu muji wa Washington, DC mu rwego rwo...

Leonard Nyangoma Umukuru wa CNARED ahejeje gushikiriza ijambo ridasanzwe kubiriko biraba mu Burundi

Umviriza hano ijambo ridasanzwe Leonard Nyangoma Umukuru wa CNARED ahejeje gushikiriza nyuma yubwicanyi buheruka kuba mu Burundi.

Domitille Kiramvu yatanze amakuru yuzuyemwo ibitutsi bikomeye kuri Petero Nkurunziza ” Umviriza hano

Umwe mubamenyeshamakuru bazwi cane mu Burundi Domitille Kiramvu yatanze amakuru yuzuyemwo ibitutsi bikomeye kuri Petero Nkurunziza aho avuga yuko Ibi bintu biriko birayangara mu...

Abateye iBujumbura bamaze kuvyemanga kumugaragaro” umviriza hano amajwi y’umuvugizi wabo

Abateye iBujumbura kumakambi 2 y’igisirikare bamaze kwemanga ico gitero. Mugihe  kumusi wagatanu igenekerezo rya 11 kigarama 2015  mumasaha y’ijoro habaye igitero mugisagara ca Bujumbura ,bikaza...

Most Read

#COVID-19: ‘Gushira Imana imbere’ mu kurwanya Coronavirus vyoba bihagije?

Mw'itangazo leta y'Uburundi yaraye ishize ahabona yasavye Abarundi kutagira bwoba cane kubera Coronavirus. Leta kandi ibandanya isaba Abarundi kubandanya  'basaba Imana' ko yoiafasha gutsinda uwo...

#COVID-19: Leta y’Uburundi iremesha Abarundi ‘kudatekerwa n’Ubwoba’

Inyuma yaho Uburundi nabwo bugiriye ku rutonde n'ibindi bihugu vyafahswe n'umugera uriko utikiza inganda ariwo Coronavirus wataziriwe COVID-19, leta y'Uburundi yaraya isavye Abarundi kudatwarwa...

Ubushikiranganji bw’amagara y’abantu busaba abarundi kubandanya imirimo yabo

Mw’itangazo umushikiranganji w’amagara y’abantu no kurwanya SIDA, muganga Thaddée Ndikumana, yasavye abarundi kutagira ubwoba. Akavuga ko uwutowe iyo ngwara adaca yitaba Imana ko ibice...

Ibibazo ni vyinshi kuva aho hatorewe abagwayi babiri ba coronavirus mu gisagara ca Bujumbura

Ivyo bikaba vyamenyeshejwe n’umushikiranganji w’amagara y’abantu no kugwanya ikiza SIDA, Muganga Thaddée Ndikumana, kur’uyu wa kabiri, isaha cumi na zibiri z’umugoroba zirenga. Muganga Thaddeé...