Umugambwe UPRONA uragirizwa ubwicanyi bwabaye mu Burundi mu 1993 ” Raba hano Video

0

Ukurikiranye neza ivyo yavuze murino Video, urumva neza ukuntu avuga ko Umugambwe UPRONA uri bagize uruhara rukomeye mu mabi abarundi bahuye nayo mu 1993 aho avuga ko abasirikare bico gihe barenze amategeko mukugandagura inzego zariho ico gihe ndetse baca bishiriraho izabo.

amat

Mu Burundi ngo hariho abiyumvira ko bashobora gukora amabi uko bishakiye bakibaza ko ubutungane butazobakurikirana, ivyo bivugwa na Festus Ntanyungu aho yariko aravuga aKahise k’amatora mu Burundi.

Kurikirana hano video.