Michel Nurweze batazira Rwembe yaciriwe gupfungwa imyaka 15

0

Intwazangabo mu gipolisi OPP2 Michel Nurweze batazira Rwembe yaciriwe gupfungwa imyaka 15 na Sentare nkuru y’intara ya Muyinga hamwe no gutanga Ihadabu ry-imiliyoni 5 aho imwagiriza ugushaka kwica uwo bakorana.

rwembe

Mu rubanza rwashashe ejo, Michel Rwembe yarahakanye ivyo yagirizwa aho yasavye ahubwo Ko hobandanya amatohoza, we kandi yamenyesheje ko yapfunzwe bidaciye mu mategeko kuko ngo yakubaguwe.

UBM News tubibutse ko uno mugabo, Michel Nurweze Yavuzwe cane mu bwicanyi ndengerabutungane I Gitega.