All posts tagged "politics"
-
Gitega yasanzwe ‘itaritegura bikwiye’ kuba umurwa mukuru wa politike w’Uburundi.
Ejo ku musi wa gatatu itariki 16 Gitugutu 2018, abashingamateka bari baramutse batora...
-
Inama y’abakuru ba EAC igiye kuzoba itariki 1 Ruhuhuma 2019.
Mu gihe Inama idasanzwe ya 20 y’Abakuru b’ibihugu vya Agfrika y’Ubuseruko yagumye yunguruzwa...
-
Uburongozi bwa UPRONA i Bujumbura bushigikiye Abel GASHATSI
Indongozi z’umugambwe UPRONA mu gisagara ca Bujumbura ziriyamiriza urwandiko rwasohowe na bamwe mu...
-
HCR isaba imfashanyo ya milioni 296 $ ku mpunzi z’Abarundi.
Ishirahamwe ryitaho impunzi kw’isi HCR hamwe n’ayandi mashirahamwe afasha kw’isi ariko arasaba imfashanyo...
-
Umugabo akora ku kibuga c’indege ca Bujumbura yatowe ikiziga
Umugabo yahora akora ku kibuga c’indege ca Bujumbura yatowe ikiziga mu gatondo ka...
-
Amaritiro 800 y’igitoro yafashwe n’igiporisi
Amaritiro amajana umunani (800 litres) y’igitoro yafatiwe ku murango wo kuri uwu wa...
-
Bubanza : Inzandiko zigabisha abantu 29
Buramatari w’intara ya Bubanza aragabisha abantu bamaze iminsi bakwiragiza inzandiko zitagirako umukono, aho...
-
Umushikiranganji w’inyigisho arasigura igituma hari Kaminuza zugawe
Ubushikiranganji bw’inyigisho za Kaminuza mu Burundi busigura ko ingingo yo kubuza amakaminuza 9...
-
Abantu batanu bafashwe bagirizwa gufuta ivyandiko vya CNDD FDD
Abagabo batanu bo ku musozi Busaga, zone Murago, komine Burambi, intara ya Rumonge...
-
Ibomborabombora mu mugambwe UPRONA.
Inyuma y’aho umugambwe wegereye ubutegetsi cane bw’i Bujumbura, ariwo Abadasigana UPRONA, ufatiye ingingo...
-
CNARED: ‘Abavuga ko tutakiri kumwe sibo’.
Mu gihe hagize imisi hakwiragira amatangazo ko bamwe Mu bahoze mu runani rw’abatavuga...
-
Umurwizatunga Nahum BARANKIRIZA abarizwa mw’ibohero rikuru rya Mpimba
Umurwizatunga Nahum Barankiriza akwije iminsi ibiri apfungiwe mw’ibohero rikuru rya Mpimba, akaba yashitse...
-
Kaminuza yitiriwe NTARE RUGAMBA ntirekuriwe kwakira abanyeshure
Ubushikiranganji bw’inyigisho za Kaminuza bwafashe ingingo y’uguhagarika inyigisho muri Kaminuza zimwe zimwe. Ubwo...
-
Umucamanza yifotoje yicaye ku ntebe ya Petero NKURUNZIZA ari mw’ibohero
Egide NAHAYO, umucamanza wo muri Sentare ijejwe gusubiramwo imanza ya Bujumbura apfungiwe mw’ibohero...
-
Makamba : Abagirizwa urupfu rwa NTAHIRAJA Emile baciriwe urubanza
Sentare nkuru y’intara ya Makamba yashashe ku muhingamo wo kuri uwu wa kabiri...
-
Nyakabiga : Batandatu bagirizwa ubusuma bw’imiduga bafashwe
Igiporisi c’Uburundi kimenyesha ko cafashe mw’ijoro ryo kuri uwu wa kabiri, nk’igihe c’isaha...
-
Abafise ibibanza vy’ukwubaka bahawe amezi abiri
Ikiringo c’amezi abiri nico catanzwe n’umushikiranganji ajejwe iterambere ry’ibisagara kugira abantu bose bahawe...
-
Uko leta y’Uburundi yavuze ku makete ya Nkurunziza na Museveni.
Inyuma y’aho habaye ugukwiragiza amakete y’ibanga ya Museveni wa Uganda na Nkuruziza w’Uburundi,...
-
Rutana : Umuntu yishwe
NTAMIKEVYO Laurent yahora aba ku musozi Buyaga, komine Giharo, intara ya Rutana yishwe...
-
Amakenga y’umukuru w’igihugu NKURUNZIZA ku nyigisho zitangwa ku mugoroba muma Kaminuza
Umukuru w’igihugu Petero NKURUNZIZA aratewe amakenga n’inyigisho zitangwa ku mugoroba, aho avuga ko...