22.2 C
Bujumbura
Wednesday, August 5, 2020
Tags Politics

Tag: politics

Kagame, Nkurunziza, Magufuli bimirije kuva ku butegetsi

Amakuru ashirwa ahabona yerekana ko abakuru b'ibihugu babatu vya EAC aribo Paul Kagame w'Urwanda, Petero Nkurunziza w'Uburundi hamwe na John Pombe Magufuli wa Tanzania...

N’iki Nkurunziza asaba uwuzomusubirira mu mwaka wa 2020?

Benshi baracibaza ko gushika ubu Petero Nkurunziza azokwitoza mu matora ya 2020 kugira asubire gutwara Uburundi iyindi myaka 7 gushika mu mwaka wa 2027. Biravugwa...

Leta y’Uburundi yamirira kure ivyagirizi vya Donald Trump ku Burundi

Leta y'Uburundi yamirira kure ivyagirizi vya Donald Trump ku  gihugu c'UBurundi ko 'giteye akaga ku mutekanao na politike vya Leta Zunze Ubumwe za Amerika'. Ivyo...

Rwasa Agathon abona ko Gitega itari bwagere kuba umurwa mukuru wa politike

Rwasa Agathon abona ko intara ya Gitega itari bwagere kuba umurwa mukuru wa politike w'igihugu c'Uburundi kubera hari ivyo ico gisagara kidakwije. Bica bigaragara ko...

Twokwitega umukandida wa CNDD-FDD muri Nzero 2020?

Amakuru  ariko akwiragira ku mbuga ngurukana bumenyi ariko amenyeshako umugambwe CNDD-FDD ushobora kumenyesha umukandida wawo mu kwezi kuza kwa mbere 2020. Uyo mukandida wa CNDD-FDD...

Igihugu c’Urwanda cagurishije ikibuga c’indege kugira kigure ibidege vy’intambara

Biriko biravugwa cane mu binyamakuru bitandukanye vyo mu gihugu c'Ubuganda ko igihugu c'Urwanda cagurishije ikibuga c'indege mu kugura ibidege vy'intambara biva mu bihugu vy'Uburusiya...

‘Imana yatoye Petero Nkurunziza ngo abandanye atwara Uburundi’, Priscille Mwidogo

'Imana yatoye Petero Nkurunziza ngo abandanye atwara Uburundi', ayo majambo yamenyeshejwe n'umukenguzamateka yitwa Priscille Mwidogo aho yari mu nama ya CIRGL ku musi wa...

Ubushikiranganji bw’Umutekano buriyamiriza ibinyamakuru vy’ikinyoma nka IYAKURE TV

Ubushikiranganji bw'Umutekano buriyamiriza ibinyamakuru vy'ikinyoma nka IYAKURE TV hamwe n'ibindi bifise intumbero yo gucanishamwo Abarundi muri kino gihe Uburundi bwimirije amatora. Mu rwandiko rwashizwe ahabona...

Most Read

Reta y’i Gitega yoba yagarukanye imigenderanire myiza na OMS Burundi?

Reta y'i Gitega yoba yagarukanye imigenderanire myiza na OMS Burundi? ico ni ikibazo bamwe bawe bariko baribaza baravye uko Ishirahamwe Mpuzamakungu ry'amagara y'abantu ruriko...

Abarundi bashika 350 bo mwikambi y’i Mahama barasavye gutahuka

Mw’ikete abo barundi bahungiye mu gihugu c’Urwanda mu mwaka wa 2015 bandikiye umukuru w’igihugu mushasha, Evariste Ndayishimiye, bamusaba ko yobakira mu gihugu cabo camavukiro....

Ihiganwa rya Miss Kugasaka ryateye impari

Inyuma yaho hahaze imyaka myinshi itatu atahiganwa ryabakobwa beza ribaye, intara ya Ngozi yaraye itunganije iryo higanwa kur’uyu wa gatandatu. Abantu benshi bakaba baraje...

Reta Nkozi: Umupolisi yirukanywe mu kazi kubera uguharika

Nk'uko bimaze imisi vyibonekza muri reta nshasha y'Uburundi irongowe na Varistio Ndayishimiye, hariko hirukanwa mu buzi abitwa ko 'bacafuza reta y'Uburundi'. Kuva havuzwe inkuru yo...
error: Content is protected !!