22.2 C
Bujumbura
Saturday, May 30, 2020
Tags Politics

Tag: politics

Nubu nta mukandida wa CNDD-FDD arumvikanwako

Mu ndwi iheze ku musi wa gatanu harakoranye inama ihuza ibihangange vya CNDDD-FDD yari igamije gutatura ibihangan vya CNDD-FDD biriko vyiyumvira kugena umukandida wa...

Abarundi bane mu bafashwe mu murwi RNC urwanya leta ya Kagame

Mw'isekeza ririko rikorwa na leta ya Paul Kagame mu Rwanda ryo gufata abatavuga rumwe nawe rirabadanya. Inyuma yo guhagarika uwiyita Sankara(Callixte Nsabimana) uwavuga ko azoruhuka...

Reverien Ndikuriyo vyashushe kuri we: Raba hano ivyo yiyemera

Révérien NDIKURIYO arongoye Inama Nkenguzamateka y'Uburundi yagiye ahabona muri video iriko inyuragira ku mihora ngurukana bumenyi aho yemanga ko yicishije umuntu. Ayo Majwi ya Reverien...

Ku majambo y’Abepiskopi, Leta ivuga ko ari ‘Demokrasi’ naho CNDD-FDD atari uko…

Ku majambo y'Abespiskopi, leta y'Uburundi ivuga ko ari 'Demokrasi' yateye imbere mu Burundi, naho CNDD-FDD atari uko ibibona. Ivyo vyashikirijwe ejo mu kiganiro c'abavugizi b'inzego...

Inama Nkuru y’Abepiskopi ivuga ko ‘abatavuga rumwe na leta bahohoterwa n’Imbonerakure’

Inama nkuru y'abepiskopi mu Burundi yasohoye itangazo aho imenyesha ko amakuru avuga uguhohoterwa kw'abatavuga rumwe na leta y'Uburundi ariyo kandi yemezwa nabo. Muri iryo tangazo...

Mu mezi abiri gusa abasirikare 20 b’Abarundi muri Somalia barishwe!

Mu kiringo kidashika n'amezi abiri, abasirikare b'Abarundi bari muri wa mugambi wo kubungabunga amahoro mu gihugu ca Somalia, AMISOM, abasirikare b'Abarundi bashika ku 20...

Inyuma ya ADC Ikibiri na CNARED, ubu naho havutse CFOR-Arusha

Inyuma y'aho habaye inani z'imigambwe mu Burundi arizo nka za ADC Ikibiri, harakurikiye urundi runani ubu narwo rusa nururiko rusezera urubuga rwa politike arirwo...

Umurwi wa ONU ukora amatohoza uvuga ko ‘hashobora kuba ubundi bwicanyi’ mu Burundi

Umurwi wa ONU ukora amatohoza ku Burundi waraye umenyesheje ko hashobora kuba ubundi bwicanyi imbere y'amatora ya 2020. Uwo murwi wa ONU ukamenyesha ko usanzwe...

Most Read

Denise Nkurunziza yoba yajanwe muri Kenya kuvurwa Coronavirus

Umutambukanyi w'umukuru w'igihugu c'Uburundi akaba akandi yiteguriye gusohoka ku butegetsi, ariwe Denise Bucumi Nkurunziza, yajanwe mu gihugu ca Kenya inyuma yo kwandura umugera wa...

Rwasa avuga ko azokwitura Sentare ya EAC vyanse mu Burundi

Umushingamateka akongera akaba umukuru w'umugambwe CNL, Agathon Rwasa, avuga ko azokwitura Sentare ya Afrika y'Ubuseruko, EAC, mu gihe Sentare yuhabihiriza ibwirizwa shingiro itokwumva ivyo...

Abaserukira ibihugu vyabo m’Uburundi basaba abanyepolitique  gushira imbere umwumvikano

Mw’itangazo ibihugu birenga 17 bifise ubuserukizi m’Uburundi vyarasohoye itangazo kur’uyu wagatatu inyuma yaho umurwi CENI utangarije ivyavuye mu matora y’umukuru w’igihugu, abashingamateka n’abajenama ba...

Abasenyeri bariyamiriza akarenganyo karanze amatora yo ku wa 20 Rusama 2020

Umugwi w'abasenyeri bo mu Burundi, CECAB, bariyamiriza akarenganyo karanze amatora yo ku wa 20 Rusama 2020. CECAB ikabona ko naho amatora muri rusangi yabaye...