Umukuru w’igihugu yirukanye mu giporisi intwazangabo 25

0

Abaporisi 25 b’intwazangabo z’Uburundi birukanwe mu kazi kw’itegeko ry’umukuru w’igihugu Petero NKURUNZIZA. Mu baporisi birukanywe, harimwo abari basanzwe bamaze igihe kinini bataboneka ku kazi.

Umuvugizi w’igiporisi c’Uburundi OP1 Pierre NKURIKIYE amenyesha ko abo baporisi bahowe amakosa atandukanye bakoze, muri ayo makosa, uretse abari basanganywe ibisibo ku kazi, OP1 Pierre NKURIKIYE avuga ko hari n’abandi bari barungitswe kwiga hanze y’igihugu ariko ntibagaruka.

Abo baporisi b’intwazangabo birukanwe ni :

1. OPC1 MAYOYA Claver
2. OPC1 NSHIMIRIMANA Cassien
3. OPC1 VYUMVUHORE Isaac
4. OPC1 BIZIMANA Stany
5. OPC1 NIZIGAMA sylvere
6. OPC1 KAYAYE Emmanuel
7. OPC1 HAGABIMANA Richard
8. OPC2 MAGAMBO Aloys
9. OPC2 BARAYAZI Jean
10. OPC2 SABAMAHORO Gerard
11. OPC2 MURENGUKO Simeon
12. OPP1 BINDABA NDAYISHIMIYE Adelphine
13. OPP1 NDUWAYO Nepomuscene
14. OPP1 NZISABIRA Epimaque
15. OPP1 NIYOMUKIZA Emmanuel
16. OPP1 KASAVUBU Emmanuel
17. OPP1 HAKIZIMANA Claude
18. OPP1 BIMENYIMANA Oswald
19. OPP1 HABONIMANA Tryphon
20. OPP2 NDABANEZE Oscar
21. OPP2 HICUBURUNDI Anselme
22. OPP2 NDUWABIKE Hyppolyte
23. OPP2 NTIBIHORINGERE Fabien
24. OP1 SINDAYIHEBURA Aime
25. OP1 HAKIZIMANA Gordien