15.8 C
Bujumbura
Wednesday, February 26, 2020
Tags Breaking news

Tag: breaking news

‘Ico CNDD-FDD yafashije Abarundi ni ugusenga gusa’, Leonce Ngendakumana

Umukandida wa Sahwanya FRODBU yashizwe imbere mu matora yo muri uyu mwaka wa 2020, leonce Ngendakumana, yamenysheje ayo makuru ko umugambwe uri ku butegetsi,...

Imiliyoni 80 y’amadolari kuwuzokwica Président Trump

Ivyo nivyavuzwe n’umwe mubariko barategura guhamba umu generali wo mu gihugu ca Irani, Qassem Soleimania, yishwe kubutaka bwa Irak arashwe n’indege za Leta zunze...

Kurikira ijambo risozera umwaka wa 2019 Umukuru w’igihugu ahejeje gushikiriza Abarundi

  Barundi, Barundikazi, Bakunzi b’Uburundi;   Turasozereye umwaka w’2019, twinjiye mu mwaka mushasha w’2020. Imana Mushoboravyose yazigamye Uburundi n’Abarundi muri uyu mwaka turangije, ikatuja imbere mu migambi...

Leta y’Uburundi yamirira kure ivyagirizi vya Donald Trump ku Burundi

Leta y'Uburundi yamirira kure ivyagirizi vya Donald Trump ku  gihugu c'UBurundi ko 'giteye akaga ku mutekanao na politike vya Leta Zunze Ubumwe za Amerika'. Ivyo...

Igihugu c’Urwanda cagurishije ikibuga c’indege kugira kigure ibidege vy’intambara

Biriko biravugwa cane mu binyamakuru bitandukanye vyo mu gihugu c'Ubuganda ko igihugu c'Urwanda cagurishije ikibuga c'indege mu kugura ibidege vy'intambara biva mu bihugu vy'Uburusiya...

Donald Trump nubu ‘abona ko Uburundi bukiri mu bihe bidasanzwe’

Umukuru w'igihugu ca Leta Zinze Ubuwe za Amerika, Donald Trump, nubu aracabona ko Uburundi buri mu bihe bidasanzwe kubera 'imimerere idasanzwe yigaragaza mu Burundi'. Ku...

Rwasa Agathon avuga ko hari umugambi wo kumuhagarika no gufuta umugambwe wiwe

Rwasa Agathon avuga ko hari umugambi wo kumuhagarika no gufuta umugambwe wiwe, CNL(Conseil National de Liberation). Ivyo abivuga mu majwi yiwe bwite aho avuga ko...

Umu CNDD-FDD akomeye, Festus Ntanyungu, yavuye muri uyo mugambwe

Umunyabanga akomeye wo mu mugambwe CNDD-FDD, Festus Ntanyungu,  yavuye muri uyo mugambwe nk'uko yabishize ahabona. Uwo Festus Ntanyungu akaba yarigeze kuba ari mu bashatse kuva...

Most Read

WhatsApp ngo ‘yaratwaye abaganga’ mu bitaro Roi Khaled

Mw'itangazo ryasohowe ejo n'ubuyobozi bw'ibitaro Roi Khaled vyo mu Kamenge mu gisagara ca Bujumbura, hamenyeshejwe abo bose bakorera muri ivyo bitaro kwirinda 'whatsApp' nk'ikiza...

13 barishwe hamwe n’umupolisi muri Bujumbura Rural

Abantu 13 na batatu 'bibisha inkoho' hamwe n'umupolisi nibo bishwe ku musi wa mungu mu ntara ya Bujumbura benshi bita Bujumbura rural. Amakuru dukesha AFP...

Urunani Kira-Burundi narwo rwavutse ku bw’amatora yo muri Rusama 2020

Urunani rushasha rw'abatavuga rumwe na leta y'Uburundi, Kira-Burundi, rwavutse kugira ruzoje mu matora y'umukuru w'igihugu yitezwe kuba muri uyu mwaka wa 2020 muri Rusama...

Leta yadugije igiciro c’ikawa

Ico giciro cavuye kuri 500 Fbu kija kuri 550 Fbu ku kawa y’akanovera kambere bita cerise A, ku kanovera kari musi y’iyo kawa bita...