15.3 C
Bujumbura
Monday, February 24, 2020
Tags News

Tag: News

Urunani Kira-Burundi narwo rwavutse ku bw’amatora yo muri Rusama 2020

Urunani rushasha rw'abatavuga rumwe na leta y'Uburundi, Kira-Burundi, rwavutse kugira ruzoje mu matora y'umukuru w'igihugu yitezwe kuba muri uyu mwaka wa 2020 muri Rusama...

Leta yadugije igiciro c’ikawa

Ico giciro cavuye kuri 500 Fbu kija kuri 550 Fbu ku kawa y’akanovera kambere bita cerise A, ku kanovera kari musi y’iyo kawa bita...

Fabien Banciryanino: ‘Intwari’ ihangana na CNDD-FDD?

Umushingamateka yatowe mu runani Amizero y'Abarundi, Fabien Banciryanino, benshi bita 'Intwari canke 'hero' mu gifaransa, yasubiye gusemerera yiyamiriza ingingo zifatwa n'umugambwe uri ku butegetsi. Mu...

Abashaka kwitoza mu kibanza c’umukuru w’igihugu bageze kuri 14

Abashaka kwitoza mu kibanza c'umukuru w'igihugu mu matora azoba ku wa 20 Rusama 2020 mu gihugu c'Uburundi bageze kuri 14. Mu bahiganwa bose bavuga...

Ibanki nkuru y’igihugu yugaye imihora imwe imwe yoguhana amahera

Iyo nayo akaba ari imihora nka M-Pesa, MTN, Airtel Money na Tigo bahana amahera biciye kuri terefone. Ibanki nkuru y’igihugu, BRB, mw’itangazo ryayo ryo...

Abarundi biga mu Bushinwa ntibemerewe gutaha mu Burundi

Abanyeshure biga mu Bushinwa babujiwe gutahuka mu gihugu c'Uburundi kubera umugera wa Coronavirus. Ivyo vyamenyeshejwe n'ubushikiranganji bw'amagara y'Abantu ko mbere abavyeyei bafise abana b'Abarundi biga...

Umurwi CENI wemeje ibimenyesto vy’amakarata y’amatora ningene bazobitondeka

Imigambwe 17, urunani rumwe n’abigenga 9 nibo bashoboye kwitaba iyo nama y’umurwi CENI ujejwe amatora m’Ubruundi. Iyo nama ikaba yariyo kwemeza ibimenyetso vy’imigambwe izoshira...

Abahoze muri CNDD-FDD nubu bankiwe kwinjira mu gihugu

Abahoze mu mugambwe uri ku butegsi CNDD-FDD nubu bankiwe kwinjira mu Burundi kugira bitabe amatora ya 2020. Amakuru ashirwa ahabona amenyesha ko abahoze muri CNDD-FDD...

Most Read