Uburundi na Guinée Bissau bakuyeho viza kubenegihugu b’ibi bihugu vyompi mu ntumbero yo gukomeza imigenderanire myiza isanzwe iri hagati y’ibi bihugu 2.
N’inyuma y’urugendo rwa prezida Ndayishimiye muri Guinée Bissau kuwa 16 nyakanga 2025.

Ubu kwinjira muri Guinée Bissau ntibisaba viza.Ibi bihugu vyose vyashize umukono kumasezerano akuraho viza ku benegihugu b’ibi bihugu vyose,bikaba vyakozwe n’abashikiranganji b’imigenderanire b’ibi bihugu.
N’inyuma yaho prezida Ndayishimiye agiriye urugendo muri Guinée Bissau kuwa 16 Nyakanga 2025.
José Médina Lobato arongoye igisagara ca Bissau ari kumwe n’umukuru w’igihugu akaba yahaye Prezida Ndayishimiye ikimenyetso rw’iteka cemeza yuko prezida Ndayishimiye ahabwe ubwenegihugu bw’icubahiro.





Recent Comments