Friday, August 19, 2022
HomeNewsColonel Darius IKURAKURE yapfuye arashwe

Colonel Darius IKURAKURE yapfuye arashwe

Intwazangabo mu gisirikare c’Uburundi, Colonel Darius IKURAKURE yagandaguwe arashwe n’abantu bitwaje ibirwanisho bari mu muduga mu gisagara ca Bujumbura kuri uwu wa kabiri, mu gihe yari ku biro bikuru vya gisirikare.

ikura

Colonel Darius IKURAKURE yahora arongoye bataillon de génie des combats yo ku Muzinda, akaba yagumye avugwa mw’ihohoterwa, ihagarikwa hamwe n’iyicwa ry’abadashigikiye ikiringo ca gatatu ca Petero NKURUNZIZA.

dari

RELATED ARTICLES
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments