Abaririmvyi b’abarundi batubeshe mu kwezi kwa kabiri k’uyu mwaka

0

Mu baririmvyi b’abarundi bose iyo bava bakagera hari bamwe bavugisha ukuri ivyo bavuze bakabishikana n’abandi nabo bavuga ibintu tukarindira tukabura
Mu kwezi kwa kabiri twarangije hari abaririmvyi babeshe ikinyamakuru cacu ubmnews aho batwemereye ibintu hama ntibabishikane,abo baririmvyi nabo ni:
1: Landry Gateka,aho yatwemereye ko ukwezi kwa kabiri azoduha indirimbo nshasha ariko gushika ino saha tukaba tutarayumva
landry gateka
2:Emery Sun yatwemereye ko ukwezi kwa kabiri azogukoramwo amasanamu y’indirimbo ariko nubu ayo masanamu ntiturayabona
emery
3:Chris Biz:yatwemereye ko agiye gushira ahabona amasanamu y’indirimbo abantu ariko nubu ntiturayibona
Tworangiza tubamenyesha ko ikinyamakuru cacu ubmnews kigiye kuza kirashira ahabona abaririmvyi bazoza baratubesha batwemerera ibintu hama ntibabishikeko
chris bzz