Abarundi benshi cane bariyamiriza ikibazo cihonyabwoko

0

Mugihe abatari bake babandanya kuvuga ko mu Burundi hashaka kuba ihonyabwoko, abarundi isinzi bahagarukiye rimwe biyamiriza ico kibazo kivugwa, aho abatari bake bemeza neza ko abahutu n’abatutsi bose babanye neza mumahoro atangorane.