Ashley Diva niwe muririmvyi yahariwe ukwezi ku kinyamakuru cacu ubmnews

0

Umuririmvyi w’umurundikazi Ashley Diva niwe muririmvyi yatowe abe umuririmvyi yahariwe uku kwezi kwa mbere ku kinyamakuru cacu ubmnews
umuririmvyi yahariwe ukwezi
Ikinyamakuru cacu ubmnews kikaba cegereye uyo muririmvyikazi kiramubaza ingene yiyumva,ashley Diva ati:Numva mfise umunezero ntangere kubona ikinyamakuru ubmnews cantoye mu bandi baririmvyi bose b’abarundi kikangira umuririmvyi yahariwe ukwezi.
ashley
Tworangiza tubamenyesha ko uku kwezi Ashley Diva yakoze amasanamu y’indirimbo Africa,amasanamu yakoze mu buhinga budasanzwe cane