Urutonde rw’Abitavye ivyo biganiro bihuza Abarundi, bikaba bizotangura kuva kuri uwu wa kabiri igenekerezo rya 12 gushika kurya 14 Mukakaro 2016
Abaserukiye Reta y’Uburundi : NYAMITWE Alain, BARANDAGIYE Pascal, NYAMITWE Willy, MAHORO Anicet, MUTONI Nancy, NZEYIMANA Léontine, BUTOYI Évelyne
Abahoze ari abakuru b’igihugu : BUYOYA Pierre, NDAYIZEYE Domitien, NTIBANTUGANYA Sylvestre
Umuhuza w’Abarundi : RUKARA Mohammed
Abaserukiye umurwi w’igihugu ujejwe ibiganiro bibera mu Burundi : NZOYISABA Justin, NKEZABAHIZI François, NTANYUGU Festus
Abaserukiye umugambwe CNDD FDD : BURUKUKIYE Victor, NTAKARUTIMANA Joseph, NDARUVUKANYE Zénon, NDABIRABE Gelase, BERAHINO Gloriose, SINZIKAYO Jean Claude, RURAHINDA Bénigne, NICIMBESHE Laurent
Abaserukiye umugambwe UPRONA : NIBIGIRA Concilie, GATERETSE Philippe, NDIKUMANA Delphin
Uwaserukiye umugambwe FNL : BIGIRIMANA Jacques
Uwaserukiye umugambwe RADEBU : MUTABAZI Jean de Dieu
Abaserukiye umugambwe SAHWANYA FRODEBU : NGENDAKUMANA Léonce, BAMVUGANYIMVIRA Frederic, NKURUNZIZA Patrick
Uwaserukiye umugambwe SANGWE PADER : NZOJIBWAMI Augustin
Abaserukiye umugambwe CNDD : NYAGOMA Léonard, MUNYEMBARI William
Abaserukiye umugambwe FRODEBU Nyakuri : NIBIZI Kefa, NIYONCUGU David
Abaserukiye umugambwe UPD ZIGAMIBANGA : BARAMPAMA Marina, Mugwengezo Chauvinau, MPAWENAYO Pasteur
Uwaserukiye umugambwe ANADDE : BUTOYI Antoine
Uwaserukiye umugambwe PARENA : NIMUBONA Zenon
Uwaserukiye umugambwe ADR : NZOMUKUNDA Alice
Uwaserukiye umugambwe PALIPE AGAKIZA : NGENDAGANYA Casimir
Uwaserukiye umugambwe PAJUDE : NKUZUMWAMI Pascal
Uwaserukiye umugambwe PASIDE : BARICAKO Aloys
Uwaserukiye umugambwe RADDES : NDITABIRIYE Dismas
Uwaserukiye umugambwe PIEBU : NSAGANIYUMWAMI Déo
Uwaserukiye umugambwe FROLIBU : NDAYIRAGIJE Adrien
Uwaserukiye umugambwe MRC Rurenzangemero : NGOWENUBUSA Juvenal, NKENGUBURUNDI Eric
Uwaserukiye ALMA Parens : MANIRAKIZA Desiré
Abigenga AMIZERO Y’ABARUNDI : RWASA Agathon, MAGERA Aimé
Abaserukiye UPRONA itemewe na Reta : NDITIJE Charles, NGAYIMPENDA Évariste, SIBOMANA Tatien
CNDD FDD (Radjabu) : NDAYISENGA Félix, NIJIMBERA Liberate
Uwaserukiye Ligue ITEKA : NIKOYAGIZE Anchaire
Uwaserukiye Ligue IZERE NTIWIHEBURE : NDARUZANIYE François Xavier
Uwaserukiye SOCIC/ACOPA : KAZIHISE Pierre Claver
Uwaserukiye OLUCOME : RUFYIRI Gabriel
Abaserukiye urwego rw’ABASHINGATAHE : TEGERA Catherine, RUVUZAKINONO Bernard
Uwaserukiye APRODH : MBONIMPA Pierre Claver
Abaserukiye ABATWA : SUKUNOBA Vincent, NICAYENZI Liberate
Abaserukiye ” Chambre du Commerce” : NSHIMIRIMANA Denis, BUCUMI Catherine
Uwaserukiye ishirahamwe “Dushirehamwe” : NDORICIMPA Thérèse
Abaserukiye PARCEM : NDIKUMANA Faustin, GACUTI Nadine
Abaserukiye urunani rw’Abakenyezi : MFAYOGUHORA Jeanne, NIBARUTA Menedore, NZEYIMANA Sylvie
Uwaserukiye ONELOP : NJANGWA Gilbert-Becaud
Abamenyeshamakuru : NKURUNZIZA Claude (Rema FM), NIYIMFASHE Jean Pierre (RPA), MANIRADUNKUNDA Samson (Bonesha), IRANZI Fabrice (Ikiriho), NGENDAKUMANA Landry (RBI).
Abaserukiye Ekereziya Gaturika mu Burundi : Musenyeri NGOYAGOYE Évariste, hamwe na Musenyeri NTAMWANA Simoni
Uwaserukiye ishengero rya Anglicane : NTAHOTURI Bernard
Uwaserukiye idini rya Isilamu mu Burundi : KAJANDI Abdalah
Abaserukiye “Mouvement des Femmes pour la Paix et la Securité” : BARICAKO Marie Louise, HUNJA Immaculée, BUNDAGU Vestine, KANKINDI Perpétue, KINYABUKU Marie, NATULIYA LANEZA Carine.
Abaserukiye WID : MPOZEZI Félicité, MINANI Pascasie, KUBWAYO Marlène
Abaserukiye urwaruka : NZOSABA Eraste, NGARAMBE Willy Daniel
Uwaserukiye abacitse kw’icumu mu bwicanyi bwabaye mu mwaka w’1972 : NZEYIMANA Frederic





Recent Comments