Intsinzi ya Portugal yaraye itweretse Masterland ko ari umukunzi wayo

0

Nyuma yaho umugwi nserukira gihugu wa portugal utahaniye igikombe ca euro 2016 utsinze ubufaransa ku gitsindo 1-0,umuririmvyi akongera akaba umuhinyanyuzi ariwe Masterland yarashoboye kugaragaza umunezerop wiwe mu kwerekana ko yari umukunzi akomeye cane wuyo mugwi wa portugal usanzwe ukinamwo umukinyi christiano Ronaldo
muzik
Abicishije ku rubuga rwiwe rwa facebook,Masterland akaba yarashoboye kwandika ati:Yewe yewe, ndahimbawe bidasanzwe n’umurwi ‪#‎Portugal‬, utumye nsinzira neza.. Daa!!
ivyo rero bikaba vyarerekanye ko uyo muririmvyi akongera akaba umuhinyanyuzi Masterland adakurikirana umuziki gusa ahubwo nibijanye n’inkino abikurikirana kandi cane

Tworangiza tubamenyeshako asanzwe ari n’umwe mu bakunzi b’umugwi wa Messager Ngozi yo mu ntara ya Ngozi,intara asanzwe avamwo