Agathon Rwasa ng’umwanya n’umwanya ngwashobora kwicwa

0

Hari amakuru avuga ko Agathon Rwasa, icegera ca kabiri c’umukuru w’Inama Nshingamateka y’Uburundi, ashobora kugandagurwa. Agathon Rwasa aravuga ko amakuru aca hiryo no hino yigandagurwa ryiwe ayumva, akababandanya avuga ko kiretse abamucungera umutekano, we ubwiwe aravuga ko nukwicungerera umutekano bimuraba.


Hari kandi n’amakuru avuga kw’abanywanyi biwe bama bahagaritswe, bakagirizwa ivyaha  avuga ko baba batakoze.

Abajijwe nimba Leta yoba imaze gushiraho ingingo zo gucungera umutekano, amenyesha ko ata kirakorwa, ko nabandi bahoze bafise ababacungerera umutekano bagandaguwe.

Umviriza hano ikiganiro Agathon Rwasa yahaye Radio Ijwi rya Amerika: