Umusore yagirizwa gutera gerenade ku Musaga yafashwe

0

Igor MANIRAKIZA yafatiwe ahitwa ku Ruhwa, mu ntara ya Cibitoke, ku rubibe Uburundi buhana n’urwanda.

Mu gihe yariko ashirishako ikidodo kugira ajabuke mu gihugu c’Urwanda, uwo musore Igor MANIRAKIZA yabonye abakozi b’igendereza baza kumufata, baca bamujana kumupfungira mu gasho k’intara ya Cibitoke.

gee

Uwo yafashwe yagirizwa ko ari mu bantu bahora batera amagerenade muri zone Musaga, mu gisagara ca Bujumbura.