Ukuri kwamenyekanye kuri Cyprien RUCYAHINTARE yafatiwe mu Burundi : Amasanamu

0

Abavyeyi ba Cyprien Rucyahintare babeshuje amakuru amaze iminsi avugwa kuri uwo aheruka gufatirwa mu Burundi, igiporisi kikavuga ko ari umusirikare w’Urwanda. Abavyeyi biwe bavuga ko ari irementanya, kuko umwana wabo atigeze aba umusirikare na rimwe.

Kurikira aha munsi amasanamu yerekana ukuri kwose kuri Cyprien RUCYAHINTARE