Oscar NDAYIZIGA yahora ari Buramatari wa Muramvya yitavye Imana

0

Oscar NDAYIZIGA, uwahoze ari umushingamateka yatowe mu ntara ya Muramvya, akaba kandi na Buramatari w’intara ya Muramvya yitavye Imana.

NDAYIZIGA Oscar yaguye mu bitaro vy’i Kanombe, mu gisagara ca Kigali, bivuye kw’ihagarara ry’umutima (arrêt cardiaque).

ziga

Uwo yahora aramutswa intara ya Muramvya yahunze Uburundi inyuma y’aho ari kumwe n’abandi Bagumyabanga ba CNDD FDD basohoreye urwandiko rwiyamiriza ikiringo ca gatatu c’umukuru w’igihugu Petero NKURUNZIZA