Amasanamu y’indirimbo unaniongopea niyo masanamu yakozwe mu mafaranga menshi mu mwaka wa 2015 mu muziki ndundi

0

Amasanamu y’indirimbo unaniongopea ya natacha ngendabanka n’umugwi yamoto band niyo masanamu yakozwe ku mafaranga menshi cane mu masanamu yose y’abaririmvyi b’abarundi muri uyu mwaka wa 2015
natacha

kugira umenye ko ariyo masanamu yakozwe mu mafaranga menshi cane uraba ibirimwo muri ayo masanamu,harimwo indege,imiduga izimvye cane hamwe n’ibindi vyinshi ninaco gituma ayo masanamu akunzwe cane kwerekanwa ku mboneshakure za hano mu burundi no muri kano karere
natacha na yamoto band

raba hano amasanamu yiyo ndirimbo: