Monday, September 26, 2022
HomeNewsNgagara : Gerenade itewe ku bwinjiriro bwa «MESS DES OFFICIERS DE LA...

Ngagara : Gerenade itewe ku bwinjiriro bwa «MESS DES OFFICIERS DE LA POLICE»

Mw’ijoro ryo kuri uwu w’Imana, igisasu ntezwaninwe (Grenade) catewe ku bwinjiriro bwa Mess y’intwazangabo z’igiporisi c’Uburundi iri mu Ngagara, muri karitiye y’icenda, mu gisagara ca Bujumbura. Iyo gerenade yatewe n’abantu bataramenyekana, n’ivyononekaye bikaba bitaramenyekana.

Inyuma y’iyo gerenade yatewe mw’ijoro ryo kuri uwu w’Imna, abaporisi n’abasirikare bakaba baciye baboneka ku bwinshi muma komine ya Mutakura na Cibitoke, bikaboneka ko bari bameze nk’abagavye.

apie

Tuzobigarukako mu makuru yacu yo kuri uwu wa mbere

Must Read

Léonce Ngendakumana avuga ko Perezida Ndayishimiye yabeshe muri ONU ko...

0
Ivyo umukuru w'igihugu c'uburundi Varisito Ndayishimiye yashikirije mu nama ya bose ya ONU igira 77 aho yavuga ko agateka ka zina muntu kubahirijwe mu...