Muyinga : Umunyagihugu yagirijwe ubusuma yishwe

9

Muri komine ya Giteranyi intara ya Muyinga, hari umunyagihugu yagandaguwe acumiswe imbugita, abanyagihugu bakavuga ko yagandaguwe n’abariko bashaka kwihanira bamwagiriza ubusuma.

Musitanteri wa komine Giteranyi amenyesha ko amatohoza yamaze gutangura. Ikiziga c’uwo munyagihugu azwi kw’izina rya NDURURUTSE Balthazar catowe mw’ishamba, abajejwe intwaro bakavuga ko abamwishe bamukuye muhira bagenda bamuboshe.

Ndururutse Balthazar yishwe azira ubusuma, nk’uko vyemezwa n’amatohoza yagizwe n’abajejwe intwaro muri komine Giteranyi. Ayo matohoza avuga ko uwo yishwe yagirijwe ko yigeze kwiba amakinga, mu nyuma abo yivye bakabona yidegemvya, baca baja kumutora muhira baramwica.

Abanyagihugu b’aho muri komine Giteranyi basaba ko ingeso y’ukwihanira yotuzwa, kuko hari n’abashobora kwikika mu kiza, mu kwica abo bafise ivyo bapfa.

9 COMMENTS

  1. Heya i am for the first time here. I came across this board and I in finding It truly useful & it helped
    me out much. I hope to give one thing again and aid others such as you helped me.

  2. I was wondering if you ever thought of changing the page layout of
    your blog? Its very well written; I love what youve got to say.

    But maybe you could a little more in the way of content so people
    could connect with it better. Youve got an awful lot of text for
    only having 1 or two images. Maybe you could space it out better?

    Jim’s San Jose Carpet Cleaning
    780 S 3rd St, San Jose, CA 95112
    3408-351-1063
    colettemackie2641@gmail.com

  3. Terrific work! This is the type of information that should be shared around the net.
    Disgrace on the search engines for no longer positioning this put up higher!

    Come on over and visit my site . Thank you =)
    Jim’s San Jose Carpet Cleaning
    780 S 3rd St, San Jose, CA 95112
    3408-351-1063
    colettemackie2641@gmail.com

  4. Having read this I thought it was really informative. I appreciate you spending some time
    and effort to put this short article together. I once again find myself personally spending
    a significant amount of time both reading
    and commenting. But so what, it was still worth it!
    Jim’s San Jose Carpet Cleaning
    780 S 3rd St, San Jose, CA 95112
    3408-351-1063
    colettemackie2641@gmail.com

LEAVE A REPLY

Please enter your comment!
Please enter your name here