UBM News ads

Menya ivyo Leta y’uburundi isaba Amakungu ku ntambara ya Kongo.

Kibasumba Beauty Online Store UBM News ads

Leta Y’uburundi irasaba ishimitse amakungu gukinga vyihuse intambara ya kongo ntifate akarere kose, ihagarikwa ry’intambara ryihuta kubashamiranye bose,ingabo z’urwanda zigasubizwa mu rwanda,gusenyura umuhari w’intagondwa wa FDLR n’iyindi mirwi yose irwanira muri kongo no gukomeza inzira y’ibiganiro vy’i Nairobi na Luanda nkuko bishikirizwa na Zéphyrin Maniratanga intumwa yamaho aserukira Uburundi muri UN.

Mu gihe kuri uyu wa 19 Ruhuhuma 2025 inama ya ONU yari iramutse yiga kubibazo vy’umutekano muke urangwa mu Buseruko bwa kongo,Leta y’uburundi yaramenyesheje ivyokwihuta gukorwa kugira iyi ntambara ntifate akarere kose.

Nkuko vyashikirijwe na Zéphyrin Maniratanga asanzwe ari intumwa yamaho ya Leta y’uburundi muri ONU yarashikirije ivyo Uburundi busaba vyihuta navyo n’ibi bikurikira:

Leta y’uburundi isaba Leta Y’uburundi irasaba ishimitse amakungu gukinga vyihuse intambara ya kongo ntifate akarere kose, ihagarikwa ry’intambara ryihuta kubashamiranye bose,ingabo z’urwanda zigasubizwa mu rwanda,gusenyura umuhari w’intagondwa wa FDLR n’iyindi mirwi yose irwanira muri kongo no gukomeza inzira y’ibiganiro vy’i Nairobi na Luanda bishikirizwa na Zéphyrin.

Ivyo biri uko mu gihe Amerika yaraye ifatiye ibihano Gen James kabarebe asanzwe aserukira urwanda mu bijanye n’imigenderanire yo mu karere.agahorwa kuba yaragize uruhara rukomeye mu ntambara ya kongo.uwundi ni Lawrence Kanyuka avugira umuhari M23.

RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments