UBM News ads

Leta ya America yaraye ifatiye ibihano bidasanswe James Kabarebe “ Leta y’Urwanda iri m’umubabaro ntangere!

Kibasumba Beauty Online Store UBM News ads

Igisata ca U.S. kijejwe kugenzura itunga ry’amahanga (OFAC) caraye gihaye ibihano sindamusiga James Kabarebe , umushikiranganji wa Leta y’u Rwanda ajejwe ubumwe bw’akarere , biturutse yuko afise uruhara rudasanzwe mugushigikira umugwi witerabwoba wa M23 , ONU Ikaba ibagiriza ( M23 ) kwica abana hamwe no guhohotera ikiremwa muntu.

America ivuga ko Mu mpera z’ukwezi kwa mbere, ingabo za M23 hamwe n’ingabo z’igihugu cu Rwanda (RDF) zafashe Goma, umurwa mukuru w’intara ya Kivu yo mu Buraruko bwa RDC, mu ntambara yishe abantu ibihumbi n’ibihumbi. M23 na RDF barabandanije bafata ikibuga c’indege ca Kavumu, ikibanza gihambaye cane co gutwara abantu n’ibintu mu buseruko bwa RDC, bafata n’igisagara ca Bukavu, umurwa mukuru w’intara ya Kivu yo mu Bumanuko.

Kabarebe ni umuhuza wa Leta y’Urwanda na M23, akaba ari we ngo ategura ibikorwa vyo kurungika ingabo za RDF kuja gufasha umuhari wa M23 , ikindi naco Kabarebe ngo niwe acungera amafaranga menshi u Rwanda na M23 zironka mu butunzi bw’amabuye y’agaciro aba yavuye muri RDC.

UBM News tubibutse ko Urwanda rwababajwe nino ngingo America yafatiye kabarebe.

RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments