Barankitse avuga ko abategetsi b’Uburundi barwaye mu mutwe.

0

barankitse

Marguerite Barankitse umwe mubasanzwe barangoye ikigo Maison Shalom gisanzwe gifasha abatishoboye, amenyesha ko atagiye guhangana nabarwayi bo mumutwe , ivyo rero akaba abivuga yisunze ivyo ubutegetsi bwi Bujumbura buriko buramukorera.