Friday, August 19, 2022
HomeNewsKamenge : Umukozi wa Croix Rouge yagandaguwe

Kamenge : Umukozi wa Croix Rouge yagandaguwe

Umuntu umwe niwe yagandaguwe, uwundi arakomereka mu masasu yumvikanye mw’ijoro ryo kuri uwu wa gatanu, muri karitiye ya Mirango, zone Kamenge, mu gisagara ca Bujumbura.

Uwo yagandaguwe arashwe ni Docteur Benoît NIZIGIYIMANA, umuganga yakorera ishirahamwe rijejwe gutabara imbabare mu Burundi (Médecin à la Croix Rouge du Burundi).

croix

Docteur Benoît NIZIGIYIMANA yategerewe n’abantu bitwaje ibirwanisho batamenyekanye ariko arataha, bamwica bamurashe, bongera bakomeretsa bikomeye umugore wiwe bari kumwe, nk’uko vyemezwa n’igiporisi.

Abo bagandaguye Docteur Benoît NIZIGIYIMANA bakaba batamenyekanye. Mu giporisi bakavuga ko amatohoza yamaze gutangura

RELATED ARTICLES
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments