Gaga Blue na Natacha Ngendabanka bagiye gushira ahabona amasanamu y’indirimbo”Utaipenda”

0

Nyuma yo gushira ahabona indirimbo bise ”Utaipenda”abaririmvyi babiri aribo Gaga Blue na Natacha Ngendabanka,ubu bagiye gushira ahabona amasanamu yiyo ndirimbo
gaga blue ft natacha ngendabanka
Nkuko rero bashoboye kubimenyesha ikinyamakuru cacu ubmnews bakaba bavuze ko imyiteguro igeze kure ko vuba abakunzi b’umuziki w’uburundi bagiye kubona amasanamu yiyo ndirimbo bise ”Utaipenda”,indirimbo bakorewe n’umuhinyanyuzi w’umurundi akundwa cane ariwe Amir pro

Vuba rero mukazoshobora kuyibona hano ku kinyamakuru cacu ubmnews