Monday, September 26, 2022
HomeNewsIbiziga bibiri vyatowe ku ruzi Ruvyironza

Ibiziga bibiri vyatowe ku ruzi Ruvyironza

Ibiziga bibiri vy’abantu vyatowe ku ruzi Ruvyironza, hafi y’umusozi wa Rweza, komine n’intara ya Gitega. Abo bantu batowe ibiziga, ariko batamenyekanye ni umugore hamwe n’umwana wiwe.

Ivyo biziga vyatowe bireremba ku ruzi Ruvyironza, umukuru w’umusozi Rweza, Evariste NGENZAHAYO akaba amenyesha ko naho abo bantu bataramenyekana, ingingo yihutirwa yaciye ifatwa ari iyo guhambisha ivyo biziga, kuko vyari vyatanguye kwononekara.

Must Read

Léonce Ngendakumana avuga ko Perezida Ndayishimiye yabeshe muri ONU ko...

0
Ivyo umukuru w'igihugu c'uburundi Varisito Ndayishimiye yashikirije mu nama ya bose ya ONU igira 77 aho yavuga ko agateka ka zina muntu kubahirijwe mu...