Jean MINANI yifatiye mugahanga umukuru wigihugu

0

Umukuru w’umugambwe Frodebu Nyakuri , Docteur Jean MINANI yifatiye mugahanga umukuru wigihugu mukumubwira ko asenga amashetani , we kandi avuga ko Kugira Ishirahamwe mpuzamakungu riraba agateka ka zina muntu rize mugihugu kabiri mu mwaka biba ngo ari ibintu bidasanzwe.

minani

Kubwiwe ngo ntiziza mu gihugu kirimwo amahoro, rero ngo kubona izo ntumwa zarakiriwe n’imisoreresore y’imbonerakure kugira yiyamirize iryo shirahamwe nibiterasoni ku gihugu cu Burundi.