Burundi : Intambara ikomeye iheruka kubera mu ntara ya Bururi, abayikoze bamaze kumenyekana

0

Mu Burundi, igipolisi n’igisirikare vyaraye bitanye mu mitwe n’umugwi w’ abagwanyi muri komine ya Mugamba intara ya Bururi iri mu bumanuko bw’igihugu.

burudi

Ubuyobozi bw’intara ya Bururi bumenyesha ko abantu babiri muri abo bitwaje ibigwanisho bahasize ubuzima.

Musitanteri wa komine Mugamba yavuze ko uretse abitavye Imana,abajejwe umutekano bafashe kandi ibifungurwa vyabo, n’ivyo bakoresha mu guteka.

UBM News tubibutse ko Komine Mugamba n’imwe mu makomine yabereyemwo imyiyerekano yo kwiyamiriza ikiringo ca gatatu c’Umukuru w’igihugu