Big Fizzo yasohoye video imeze neza cane” Urambabaza (Official Video)

0

Umwe muba STAR agezweho kandi akunzwe cane mu muziki ndundi ” Big Fizzo, yasohoye amashusho y’indirimbo yiwe nshasha ya ” Urambabaza ” aho abatari bake bayikunze cane ndetse benshi muribo bakaba bemeza yuko umuziki ndundi umaze gutera imbere bivanye n’ukuntu abaririmvyi b’abarundi babandanya bakora amasanamu agezweho.

https://youtu.be/pQ22aCM4EAc

UBM News tubibutse ko ino video yakozwe n’umuhinyanyuzi w’Umurundi ” Kent-P