Abasirikare mvamakungu biyamirijwe

0

Inama nkuru ijejwe umutekano mu Burundi, iriyamiriza icipfuzo ca UA co kurungika inteko mu Burundi, ikavuga ko abajejwe umutekano bakora akazi kabo neza, mbere ari na ba bitumwako mu makungu.

bunyoni

Impamvu nyamakuru batanga ngo nuko mu Burundi ata mpande zihanganye zihari bityo akaba ari naco gituma ata mvo n’imwe yotuma abasirikare b’ishirahamwe ry’Ubumwe bwa Afrika binjira ku butaka bw’Uburundi.

UBM News tubibutse ko muriiyo nama kandi biriyamiriza uruhara rw’igihugu c’Urwanda ngo rufise mu guhungabanya umutekano uri mu Burundi