Raba hano video nshasha ya Best Life Music muko ikozwe mu buryo budasanzwe ” Better Than (Official Music Video)

0

Abaririmvyi badasanzwe ndetse bakunzwe cane mu gihugu cu Burundi ” Best Life Music ” bashize ahabona video yabo nshasha ikozwe muburyo budasanzwe aho kugeza ubu ibandanya gukundwa kubwinshi .

Yirabe hano nimba utarayibona.