Umviriza ivyo umugwi Wasafi wavuze ugishika kubutaka Bw’Uburundi

0

Ku munsi wa Gatandatu igenekerezo rya 24/9/2016 niho umugwi Wasafi washika ku butaka bw’uburundi uje mu giteramo cabereye kw’ishure rya Independante

Bagishika ku kibuga c’indege ca Bujumbura bakaba barahaye ikiganiro ikinyamakuru canyu ubmnews
wasafi
Cumvirize hano: