Umusirikare w’Uburundi yiciwe mu Cibitoke

0

Uwahora arongoye ikirindiro c’abasirikare kiri kw’ibarabara rya 14 muri zone ya Cibitoke, komine Ntahangwa, mu gisagara ca Bujumbura, yagandaguwe n’abantu bataramenyekana, aho nyene mu Cibitoke. Abanyagihugu batari bake baba ahegereye aho yiciwe, batawe muri yompi.

off

Urupfu rw’uwo musirikare rwamenyekanye nk’igihe c’isaha cumi n’imwe, akaba ari naho benshi mu banyagihugu bo muri iyo micungararo yiciwemwo baciye batangura gutangura gufatwa, bajanwa mu bibanza bitamenyekana.

LEAVE A REPLY

Please enter your comment!
Please enter your name here