Mbali niyo ndirimbo nshasha Keza Bikiyo abazaniye.

0

Umuririmvyi w’umurundikazi Keza Bikiyo abazaniye indirimbo nshasha,indirimbo iryoshe cane,indirimbo yise Mbali nkuko uyo muririmvyikazi yavyiganiye ikinyamakuru cacu ubmnews
keza bikiyo
Aganira n’ikinyamakuru cacu ubmnews,Bikiyo akaba yamenyesheje ko iyo ndirimbo agiye kuyishira ahabona ubu vuba kandi yizeye ko izokundwa cane n’abakunzi b’umuziki w’uburundi,akaba yanatumenyesheje ko iyo ndirimbo yakozwe n’umuhinyanyuzi Kolly the magic mun nzu ihinyanyura indirimbo ya Golden Record
Tworangiza tubamenyesha ko kubatamuzi Bikiyo ari umuririmvyikazi yamenyekanye kubera indirimbo:Ndagushima,jewe nawe,serious man n’izindi
Raba ahno amasanamu y’indirimbo Serious man:
https://www.youtube.com/watch?v=WQqTtx9Ed-s