Friday, October 7, 2022
HomeNewsNzeyimana Mkombozi yakoreye ikintu kibi umuririmvyi mugenzi we

Nzeyimana Mkombozi yakoreye ikintu kibi umuririmvyi mugenzi we

Umuririmvyi w’umurundi akunzwe cane aba muri Leta zunze ubumwe za America abenshi bazi kwizina rya Msela Sellah, amenyesha abakunzi b’umuziki ndundi ko indirimbo abenshi bari biteze kw’ariko arakorana n’umuririmvyi Mkombozi itagisohotse bivanye nimpamvu zitamuvuyeko.

mse

Mselah Selah avuga ko atako atakoze kugira ino ndirimbo isohoke nkuko yari yavyemereye aba fans biwe, ariko Umuririmvyi Nzeyimana Mkombozi we akaba yaje kumera nkuwumwihinduka munyuma kandi igiciro bari bumvikanye yari yaza yarakirishe.

UBM News tubibutse ko uno muririmvyi yahisemwo kuzoca akora ino ndirimbo ari wenyene , kubwivyo akaba asaba aba fans biwe ko boyitega mu minsi ya vuba kuko nko mundwi zibiri zirimbere ngwizoba iza yamaze kuja ahabona.

Must Read

Cibitoke: Umusirikare umwe yarapfuye mu ntambara zabahuje mu kibira n’umuhari FDLR...

0
Umusirikare umwe niwe yahasize ubuzima uyundi arakomereka mu ntambara zimaze imisi mw'ishamba cimeza rya Kibira zihuza igisirikare c'uburundi hamwe n'umuhari w'abanyarwanda wa FDLR....